ISI NDOTO (Burundi)
Author: Normand Bigendako
Arrangements: Emanuele Chirco
Lead voice: Gen Sorriso
Intro:
A E/A D/A
A E/A D/A D D
A E/A D/A
Nagenze impinga ndende
A E/A D/A
Ndondera isi nziza
A E/A D/A
Nakomeje akarenge
A E/A D/A
Ndondera isi nshasha
B- A E
Aho bakigemura mu bisimbo
B- A E
Bakanywa urukanywa bahana ijambo
B- A E/G#
Ibibondo bitambatamba
B- A E
Ata kibi kibitera ubwoba
G D A
Iyo si iri heeeeeeeee? (x 3)
Nagenze impinge ndende
Narondera amahoro
Nakomeje akarenge
Narondera urukundo
Aho abantu bababarana
Bagafasha abatishoboye
Ubutunzi bugasabikanywa
Ata nkunzi canke mwana wa mama
Iyo si iri heeeeeeee? (3 vueltas)
C
Iyo si iri heeeeee
G/C F/C
None iri he iyo si yakaka
C G/C F/C
Aho imirima ikiremvye... oh yeah!
C G/B F/A
Mbega iri he iyo si itekanye
C/G G F
Aho abavyeyi bagiheka... uh yeah!
D- C G/B
Wewe unyumva woba uhazi
D- C G
Nuze umwire njeyo
Bb F C
iyo si iri heeeeeeeeeeee? (x 6)
No hay comentarios:
Publicar un comentario